Daniyeli 8:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Nuko aza iruhande y’aho nari mpagaze, mugabo aje, ntekerwa n’ubwoba, nca ngwa nubamye. Araheza ambwira ati: “Tegera+ mwana w’umuntu+, yuko iryo yerekwa ari iry’igihe c’iherezo+.” Daniyeli 10:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kandi nzanywe no kugutahuza ibizoshikira igisata cawe+ mu kiringo ca nyuma c’imisi+, kuko ari iyerekwa+ rikiri iry’imisi izoza+.”
17 Nuko aza iruhande y’aho nari mpagaze, mugabo aje, ntekerwa n’ubwoba, nca ngwa nubamye. Araheza ambwira ati: “Tegera+ mwana w’umuntu+, yuko iryo yerekwa ari iry’igihe c’iherezo+.”
14 Kandi nzanywe no kugutahuza ibizoshikira igisata cawe+ mu kiringo ca nyuma c’imisi+, kuko ari iyerekwa+ rikiri iry’imisi izoza+.”