Imigani 30:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Hari iyaruka amaso yaryo yabaye ayishize hejuru ga yemwe! n’amaso aca ibibatsi yaryo akaba yagizwe ayahanitse+. Yesaya 9:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kandi abantu bazorimenya+, mbere bose, Efurayimu be n’uwuba i Samariya+, kubera ubwibone bwabo no kubera ukutisonera kw’umutima wabo, mu kuvuga+ bati: Hoseya 7:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ubwishime bwa Isirayeli bwaramwagirije amaso mu yandi+, yamara ntibagarutse kuri Yehova Imana yabo+, eka mbere ivyo vyose ntivyatumye bamurondera+.
13 Hari iyaruka amaso yaryo yabaye ayishize hejuru ga yemwe! n’amaso aca ibibatsi yaryo akaba yagizwe ayahanitse+.
9 Kandi abantu bazorimenya+, mbere bose, Efurayimu be n’uwuba i Samariya+, kubera ubwibone bwabo no kubera ukutisonera kw’umutima wabo, mu kuvuga+ bati:
10 Ubwishime bwa Isirayeli bwaramwagirije amaso mu yandi+, yamara ntibagarutse kuri Yehova Imana yabo+, eka mbere ivyo vyose ntivyatumye bamurondera+.