4 “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘Kubera imigararizo itatu ya Yuda+, kandi kubera ine, sinzobisubiza inyuma, kuko bataye itegeko rya Yehova+, no kubera ko batagumije ingingo nyobozi ziwe; ariko ibinyoma vyabo+ ba sekuruza babo bari barakurikiye, vyagumye bituma bangara+.