Abacamanza 5:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Muri Efurayimu ni ho bamuka, abari mu kiyaya co hasi+,Bari kumwe nawe, ewe Benyamini, mu bisata vyawe vy’abantu.Muri Makiri+ ni ho abakomanda bamanutse bava,Muri Zebuloni na ho, abakoresha ibikoresho vy’umwanditsi+.
14 Muri Efurayimu ni ho bamuka, abari mu kiyaya co hasi+,Bari kumwe nawe, ewe Benyamini, mu bisata vyawe vy’abantu.Muri Makiri+ ni ho abakomanda bamanutse bava,Muri Zebuloni na ho, abakoresha ibikoresho vy’umwanditsi+.