Yesaya 50:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Raba! Umukama Segaba Yehova ubwiwe azontabara. Ni nde yonyita umubisha+? Raba! Bose uko bangana bazoshira nk’impuzu+. Agakoko* kazobarigata+. Yesaya 51:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kuko agakoko kazobarya kabafyete nk’impuzu, kandi agakoko karya impuzu kazobarya kabafyete nk’ubwoya+. Nayo ubugororotsi bwanje, buzoba mbere ubwo gushika igihe kitagira urugero, ubukiriro bwanje na bwo gushika ku mayaruka adaharurwa+.”
9 Raba! Umukama Segaba Yehova ubwiwe azontabara. Ni nde yonyita umubisha+? Raba! Bose uko bangana bazoshira nk’impuzu+. Agakoko* kazobarigata+.
8 Kuko agakoko kazobarya kabafyete nk’impuzu, kandi agakoko karya impuzu kazobarya kabafyete nk’ubwoya+. Nayo ubugororotsi bwanje, buzoba mbere ubwo gushika igihe kitagira urugero, ubukiriro bwanje na bwo gushika ku mayaruka adaharurwa+.”