Gusubira mu vyagezwe 4:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Igihe uzoba ugeze habi kandi aya majambo yose akaba yagushitseko ku mpera y’imisi, uzobwirizwa rero kugaruka kuri Yehova Imana yawe+ no kwumviriza ijwi ryiwe+. 1 Samweli 13:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Abagabo ba Isirayeli babona ko bageze habi+, kuko abantu bari basugerejwe cane; nuko abantu baja kwinyegeza mu masenga+ no mu myobo no mu bitare no mu bibanza vyo mu kuzimu no mu vyobo vy’amazi.
30 Igihe uzoba ugeze habi kandi aya majambo yose akaba yagushitseko ku mpera y’imisi, uzobwirizwa rero kugaruka kuri Yehova Imana yawe+ no kwumviriza ijwi ryiwe+.
6 Abagabo ba Isirayeli babona ko bageze habi+, kuko abantu bari basugerejwe cane; nuko abantu baja kwinyegeza mu masenga+ no mu myobo no mu bitare no mu bibanza vyo mu kuzimu no mu vyobo vy’amazi.