Gusubira mu vyagezwe 6:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 uriyubara ntiwibagire+ Yehova, uwagukuye mu gihugu ca Misiri mu nzu y’abashumba. Gusubira mu vyagezwe 32:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Ca Gitandara cakuvyara waracibagiye+,Utangura gufuta Imana mu bwenge, imwe yakwibaruka mu bise+. Imigani 30:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 simpave mpaga hanyuma nkakwihakana vy’ukuri+, nkavuga ngo: “Yehova ni nde+?”, simpave kandi nja mu bworo hanyuma nkiba vy’ukuri, nkagaba igitero kw’izina ry’Imana yanje+. Yesaya 17:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kuko wibagiye+ Imana y’ubukiriro bwawe+; kandi ntiwibutse ca Gitandara+ c’iboma ryawe. Ni co gituma utera ibitâra bihimbaye, ukahashira umuvyaro w’umuntu w’ahandi.
9 simpave mpaga hanyuma nkakwihakana vy’ukuri+, nkavuga ngo: “Yehova ni nde+?”, simpave kandi nja mu bworo hanyuma nkiba vy’ukuri, nkagaba igitero kw’izina ry’Imana yanje+.
10 Kuko wibagiye+ Imana y’ubukiriro bwawe+; kandi ntiwibutse ca Gitandara+ c’iboma ryawe. Ni co gituma utera ibitâra bihimbaye, ukahashira umuvyaro w’umuntu w’ahandi.