Yeremiya 46:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 “Duga i Gileyadi utore umusomozo+, ewe mukobwa w’isugi wa Misiri+! Wagwirije ubusa imiti. Ntushobora gukira+. Ezekiyeli 30:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 “Mwana w’umuntu, nzovuna koko ukuboko kwa Farawo umwami wa Misiri+, kandi, ehe ntikuzogenda gutubitswe kugira ngo gukizwe mu gushirwako igitambara co kuguhambīra+, gushobore gukomera ngo gufate inkota.”
11 “Duga i Gileyadi utore umusomozo+, ewe mukobwa w’isugi wa Misiri+! Wagwirije ubusa imiti. Ntushobora gukira+.
21 “Mwana w’umuntu, nzovuna koko ukuboko kwa Farawo umwami wa Misiri+, kandi, ehe ntikuzogenda gutubitswe kugira ngo gukizwe mu gushirwako igitambara co kuguhambīra+, gushobore gukomera ngo gufate inkota.”