Yesaya 60:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 “Ubuninahazwa bwa Libani buzoza kuri wewe, igiti c’umuberoshi, igiti c’umutidari be n’akajwari icarimwe+, kugira ngo ikibanza c’aheranda hanje gisharizwe+; kandi nzoninahaza ikibanza c’ibirenge vyanje+. Yesaya 66:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Kuko ibi ari vyo Yehova avuze: “Ehe ngira ndamuhe amahoro ameze nk’uruzi+, n’ubuninahazwa bw’amahanga bumeze nk’uruzi rw’isumo rusegenyuka+, kandi ntimuzobura kwonka+. Muzotwarwa ku kiyunguyungu, babakuyakuyire ku mavi+. Abaheburayo 3:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 mugabo Kristu bwa Mwana+, yabaye umwizigirwa ku nzu y’Uwo. Twebwe turi inzu y’Uwo+, nimba tugumya rwose umwidegemvyo wacu wo kuvuga be n’ukwirata kwacu ku bw’icizigiro cacu gushika kw’iherezo+.
13 “Ubuninahazwa bwa Libani buzoza kuri wewe, igiti c’umuberoshi, igiti c’umutidari be n’akajwari icarimwe+, kugira ngo ikibanza c’aheranda hanje gisharizwe+; kandi nzoninahaza ikibanza c’ibirenge vyanje+.
12 Kuko ibi ari vyo Yehova avuze: “Ehe ngira ndamuhe amahoro ameze nk’uruzi+, n’ubuninahazwa bw’amahanga bumeze nk’uruzi rw’isumo rusegenyuka+, kandi ntimuzobura kwonka+. Muzotwarwa ku kiyunguyungu, babakuyakuyire ku mavi+.
6 mugabo Kristu bwa Mwana+, yabaye umwizigirwa ku nzu y’Uwo. Twebwe turi inzu y’Uwo+, nimba tugumya rwose umwidegemvyo wacu wo kuvuga be n’ukwirata kwacu ku bw’icizigiro cacu gushika kw’iherezo+.