ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 29:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 “‘Kuko jewe nzi neza ivyiyumviro ndabiyumvirako+,’ ni ko Yehova avuze, ‘ivyiyumviro vy’amahoro, atari ivy’ivyago+, kugira ngo ndabahe kazoza n’icizigiro+.

  • Yeremiya 32:42
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 42 “Kuko ibi ari vyo Yehova avuze: ‘Nk’uko nazanye kuri aba bantu ibi vyago vyose bikomeye, ni ko ngira nzane kuri bo ineza yose mvuze ku biberekeye+.

  • Mika 4:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Nugire ububabare bukaze kandi uturikishe, ewe mukobwa wa Siyoni, nk’umugore ariko yibaruka+, kuko ubu uzosohoka uvuye mu gisagara, ukaba koko mu gahinga+. Uzoshika i Babiloni ata kabuza+. Aho ni ho uzorokorerwa+. Ni ho Yehova azogucungurira akagukura mu kiganza c’abansi bawe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika