Yeremiya 2:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 “Ab’inzu ya Isirayeli bagize ibimaramare nka birya vy’igisuma iyo gifashwe+, bo hamwe n’abami babo, n’abaganwa babo, n’abaherezi babo be n’abahanuzi babo+. Mika 3:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ababonyi+ bazomaramara ata kabuza+, abaraguzi+ na bo batahe zirayoye. Emwe, bose bazopfuka ubwanwa bwabo bwo haruguru+, kuko ata nyishu ivuye ku Mana iriho+.’”
26 “Ab’inzu ya Isirayeli bagize ibimaramare nka birya vy’igisuma iyo gifashwe+, bo hamwe n’abami babo, n’abaganwa babo, n’abaherezi babo be n’abahanuzi babo+.
7 Ababonyi+ bazomaramara ata kabuza+, abaraguzi+ na bo batahe zirayoye. Emwe, bose bazopfuka ubwanwa bwabo bwo haruguru+, kuko ata nyishu ivuye ku Mana iriho+.’”