Itanguriro 5:1 Bibiliya y’isi nshasha 5 Iki ni co gitabu c’akahise ka Adamu. Ku musi Imana yarema Adamu yamuremye asa n’Imana+.