Mariko 16:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mugabo nimugende, mubwire abigishwa biwe na Petero muti: ‘Arabitangira imbere kuja i Galilaya+; ni ho muzomubonera, nk’uko yabibabwiye+.’”
7 Mugabo nimugende, mubwire abigishwa biwe na Petero muti: ‘Arabitangira imbere kuja i Galilaya+; ni ho muzomubonera, nk’uko yabibabwiye+.’”