Matayo 27:64 Bibiliya y’isi nshasha 64 Tegeka rero barinde imva gushika ku musi ugira gatatu, kugira abigishwa biwe ntibahave baza ngo bamwibe+, bakabwira abantu ngo: ‘Yarazuwe mu bapfuye!’, kandi ubwo buhumvyi bwa nyuma buzoba bubi kuruta ubwa mbere.”
64 Tegeka rero barinde imva gushika ku musi ugira gatatu, kugira abigishwa biwe ntibahave baza ngo bamwibe+, bakabwira abantu ngo: ‘Yarazuwe mu bapfuye!’, kandi ubwo buhumvyi bwa nyuma buzoba bubi kuruta ubwa mbere.”