Ivyakozwe 14:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Hanyuma aho bamariye kumenyesha inkuru nziza ico gisagara no guhindura abatari bake abigishwa+, basubira i Lusitira no muri Ikoniyo n’i Antiyokiya, Ivyakozwe 21:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Mugabo bamwe mu bigishwa b’i Sezariya+ na bo nyene bajana natwe, ngo badutware ku muntu yari kuduha indaro iwe, umuntu yitwa Munasoni w’i Shipure, umwigishwa wo mu ntango.
21 Hanyuma aho bamariye kumenyesha inkuru nziza ico gisagara no guhindura abatari bake abigishwa+, basubira i Lusitira no muri Ikoniyo n’i Antiyokiya,
16 Mugabo bamwe mu bigishwa b’i Sezariya+ na bo nyene bajana natwe, ngo badutware ku muntu yari kuduha indaro iwe, umuntu yitwa Munasoni w’i Shipure, umwigishwa wo mu ntango.