1 Abakorinto 11:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Kuko nahawe n’Umukama ico nanje nabahereje, yuko Umukama Yezu mw’ijoro+ yagira atangwemwo, yatoye umukate, 2 Petero 3:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 kugira ngo mwibuke amajambo yavuzwe kera n’abahanuzi beranda+ na rya bwirizwa ry’Umukama akaba n’Umukiza, iryashikirijwe biciye ku ntumwa zanyu+. 1 Yohani 3:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Egome, iri ni ryo bwirizwa ryayo: ni uko twizera izina ry’Umwana wayo Yezu Kristu+ kandi tugakundana+, nk’uko yabidutegetse.
23 Kuko nahawe n’Umukama ico nanje nabahereje, yuko Umukama Yezu mw’ijoro+ yagira atangwemwo, yatoye umukate,
2 kugira ngo mwibuke amajambo yavuzwe kera n’abahanuzi beranda+ na rya bwirizwa ry’Umukama akaba n’Umukiza, iryashikirijwe biciye ku ntumwa zanyu+.
23 Egome, iri ni ryo bwirizwa ryayo: ni uko twizera izina ry’Umwana wayo Yezu Kristu+ kandi tugakundana+, nk’uko yabidutegetse.