Luka 6:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Hanyuma yunamura amaso araba abigishwa biwe, atangura kuvuga+ ati: “Murahiriwe mwebwe aboro+, kuko ubwami bw’Imana ari ubwanyu. 1 Abakorinto 2:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Mugabo umuntu w’umubiri ntiyakira ibintu vy’impwemu y’Imana, kuko ari ubupfu kuri we; kandi ntashobora kubimenya+, kuko bisuzumwa mu buryo bw’impwemu.
20 Hanyuma yunamura amaso araba abigishwa biwe, atangura kuvuga+ ati: “Murahiriwe mwebwe aboro+, kuko ubwami bw’Imana ari ubwanyu.
14 Mugabo umuntu w’umubiri ntiyakira ibintu vy’impwemu y’Imana, kuko ari ubupfu kuri we; kandi ntashobora kubimenya+, kuko bisuzumwa mu buryo bw’impwemu.