Luka 12:58 Bibiliya y’isi nshasha 58 Nk’akarorero, igihe ujanye ku mutware n’uwo muburana, tangura kwitatura na we mukiri mu nzira, kugira ngo ntahave akujana imbere y’umucamanza, umucamanza akaguhereza umupolisi wa sentare, umupolisi wa sentare na we akaguta mw’ibohero+. Luka 18:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Mugabo hariho umupfakazi muri ico gisagara akaba yaguma aja+ iwe, avuga ati: ‘Raba ingene notunganirizwa nkurweko uwo tuburana.’
58 Nk’akarorero, igihe ujanye ku mutware n’uwo muburana, tangura kwitatura na we mukiri mu nzira, kugira ngo ntahave akujana imbere y’umucamanza, umucamanza akaguhereza umupolisi wa sentare, umupolisi wa sentare na we akaguta mw’ibohero+.
3 Mugabo hariho umupfakazi muri ico gisagara akaba yaguma aja+ iwe, avuga ati: ‘Raba ingene notunganirizwa nkurweko uwo tuburana.’