Abaheburayo 6:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nk’akarorero, ubutaka bunyoye imvura ibugwako kenshi bugaheza bukazana ibimera bigirira akamaro barya nyene baburimirwa+, na bwo buraheza bukaronka umuhezagiro uva ku Mana.
7 Nk’akarorero, ubutaka bunyoye imvura ibugwako kenshi bugaheza bukazana ibimera bigirira akamaro barya nyene baburimirwa+, na bwo buraheza bukaronka umuhezagiro uva ku Mana.