Abanyefeso 1:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 kuko yatumenyesheje rya banga ryeranda+ ry’ukugomba kwayo. Rirahuye n’ibiyihimbara, ivyo yiyemeje muri yo ubwayo+, Abakolosayi 1:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 rya banga ryeranda+ ryari ryaranyegejwe kuva mu bihe*+ vyarenganye no mu mayaruka yarenganye. Ariko ubu ryarahishuriwe+ aberanda bayo,
9 kuko yatumenyesheje rya banga ryeranda+ ry’ukugomba kwayo. Rirahuye n’ibiyihimbara, ivyo yiyemeje muri yo ubwayo+,
26 rya banga ryeranda+ ryari ryaranyegejwe kuva mu bihe*+ vyarenganye no mu mayaruka yarenganye. Ariko ubu ryarahishuriwe+ aberanda bayo,