Matayo 13:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Arishura ati: “Mwebwe mwarahawe gutegera amabanga meranda+ y’ubwami bwo mw’ijuru, mugabo bobo ntibabihawe+. Luka 8:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Avuga ati: “Mwebwe mwarahawe gutegera amabanga meranda y’ubwami bw’Imana, mugabo ku bandi ni mu bigereranyo+, kugira ngo naho baraba, barabire ubusa, kandi naho bumva, ntibatahure insobanuro+. Abakolosayi 4:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Mubandanye kugendana ubukerebutsi ku bo hanze+, mwicungurira umwanya ubereye+. 1 Timoteyo 3:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Vyongeye, akwiye kandi kuba ashingirwa intahe nziza n’abantu bo hanze+, kugira ntagwe mu ceyi no mu mutego+ wa Shetani.
11 Arishura ati: “Mwebwe mwarahawe gutegera amabanga meranda+ y’ubwami bwo mw’ijuru, mugabo bobo ntibabihawe+.
10 Avuga ati: “Mwebwe mwarahawe gutegera amabanga meranda y’ubwami bw’Imana, mugabo ku bandi ni mu bigereranyo+, kugira ngo naho baraba, barabire ubusa, kandi naho bumva, ntibatahure insobanuro+.
7 Vyongeye, akwiye kandi kuba ashingirwa intahe nziza n’abantu bo hanze+, kugira ntagwe mu ceyi no mu mutego+ wa Shetani.