Matayo 6:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 “Ku bw’ivyo ndababwiye nti: Mureke kuganyira+ ubuzima bwanyu ku vyo muzorya canke ivyo muzonywa, canke kuganyira imibiri yanyu ku vyo muzokwambara+. Mbega ubuzima ntiburuta ibifungurwa, n’umubiri ukaruta ivyambarwa+? Matayo 24:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Kuko nk’uko bari bameze muri iyo misi y’imbere ya rya segenya, barya bakanywa, abagabo bakarongora n’abagore bagashingirwa, gushika umusi Nowa+ yinjiriye mu bwato+,
25 “Ku bw’ivyo ndababwiye nti: Mureke kuganyira+ ubuzima bwanyu ku vyo muzorya canke ivyo muzonywa, canke kuganyira imibiri yanyu ku vyo muzokwambara+. Mbega ubuzima ntiburuta ibifungurwa, n’umubiri ukaruta ivyambarwa+?
38 Kuko nk’uko bari bameze muri iyo misi y’imbere ya rya segenya, barya bakanywa, abagabo bakarongora n’abagore bagashingirwa, gushika umusi Nowa+ yinjiriye mu bwato+,