Matayo 13:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 nkako, ni ko kabuto kanzwinya kuruta imbuto zose, mugabo iyo gakuze kaba igiterwa c’imboga kinini kuruta ibindi vyose hanyuma kagacika igiti, ku buryo inyoni zo mu kirere+ ziza zikibera mu mashami yaco+.” Luka 13:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Bumeze nk’agatete ka sinapi umuntu yatoye akagashira mu murima wiwe, hanyuma kagakura kagacika igiti, inyoni zo mu kirere+ na zo zikibera mu mashami yaco+.”
32 nkako, ni ko kabuto kanzwinya kuruta imbuto zose, mugabo iyo gakuze kaba igiterwa c’imboga kinini kuruta ibindi vyose hanyuma kagacika igiti, ku buryo inyoni zo mu kirere+ ziza zikibera mu mashami yaco+.”
19 Bumeze nk’agatete ka sinapi umuntu yatoye akagashira mu murima wiwe, hanyuma kagakura kagacika igiti, inyoni zo mu kirere+ na zo zikibera mu mashami yaco+.”