Matayo 10:1 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nuko ahamagaza abigishwa biwe cumi na babiri, abaha ububasha ku mpwemu zihumanye+, kugira bazirukane no kugira bakize indwara z’ubwoko bwose n’ubumuga bw’ubwoko bwose. Luka 9:1 Bibiliya y’isi nshasha 9 Maze akoranya bamwe cumi na babiri, hanyuma abaha ubushobozi n’ububasha ku madayimoni, no kugira ngo bakize indwara+.
10 Nuko ahamagaza abigishwa biwe cumi na babiri, abaha ububasha ku mpwemu zihumanye+, kugira bazirukane no kugira bakize indwara z’ubwoko bwose n’ubumuga bw’ubwoko bwose.
9 Maze akoranya bamwe cumi na babiri, hanyuma abaha ubushobozi n’ububasha ku madayimoni, no kugira ngo bakize indwara+.