Matayo 26:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kuko aboro mubamana+, mugabo jewe ntimuzonyamana+. Yohani 12:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kuko aboro+ mubamana, mugabo jewe ntimuzonyamana.”