Ivyahishuwe 13:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kandi igikoko nabonye cari kimeze nk’ingwe+, mugabo amaguru yaco akamera nk’ay’idubu+, akanwa kaco na ko kakamera nk’ak’intambwe+. Maze ca gisato+ giha nya gikoko ububasha bwaco n’intebe y’ubwami yaco n’ububasha bwinshi+.
2 Kandi igikoko nabonye cari kimeze nk’ingwe+, mugabo amaguru yaco akamera nk’ay’idubu+, akanwa kaco na ko kakamera nk’ak’intambwe+. Maze ca gisato+ giha nya gikoko ububasha bwaco n’intebe y’ubwami yaco n’ububasha bwinshi+.