Abafilipi 2:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 kugira ngo mw’izina rya Yezu ivi ryose ripfunywe, ry’abari mw’ijuru n’abari kw’isi n’abari munsi y’ivu+, 1 Timoteyo 6:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ukwo kwigaragaza, wa muhirwa akaba na we Munyabubasha+ wenyene azokwerekana mu bihe vyakwo+, we Mwami+ w’abaganza akaba n’Umukama+ w’abakama batwara,
10 kugira ngo mw’izina rya Yezu ivi ryose ripfunywe, ry’abari mw’ijuru n’abari kw’isi n’abari munsi y’ivu+,
15 Ukwo kwigaragaza, wa muhirwa akaba na we Munyabubasha+ wenyene azokwerekana mu bihe vyakwo+, we Mwami+ w’abaganza akaba n’Umukama+ w’abakama batwara,