Luka 3:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Ikigeretseko, Yezu ubwiwe, igihe yatangura igikorwa ciwe+, yari afise imyaka nka mirongo itatu+, kandi nk’uko ico gihe vyiyumvirwa akaba yari mwene+ Yozefu+,Yozefu mwene Heli,
23 Ikigeretseko, Yezu ubwiwe, igihe yatangura igikorwa ciwe+, yari afise imyaka nka mirongo itatu+, kandi nk’uko ico gihe vyiyumvirwa akaba yari mwene+ Yozefu+,Yozefu mwene Heli,