Matayo 11:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 kandi hahiriwe uwutaronka igitsitaza muri jewe+.” Yohani 6:66 Bibiliya y’isi nshasha 66 Ku bw’ivyo benshi mu bigishwa biwe baja ku bintu bari basize inyuma+, ntibongera kugendana na we+.
66 Ku bw’ivyo benshi mu bigishwa biwe baja ku bintu bari basize inyuma+, ntibongera kugendana na we+.