Matayo 21:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nayo amasinzi, ayagendera imbere yiwe n’ayamukurikira, yaguma asemerera ati: “Turatakamvye, kiza+ Umwana wa Dawidi+! Arahezagiwe uwuje mw’izina rya Yehova+! Mukize, turatakamvye, wewe uri iyo hejuru mu majuru+!” Mariko 11:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kandi abagendera imbere n’abakurikira baguma basemerera bati: “Kiza, turatakamvye+! Arahezagiwe uwuje mw’izina rya Yehova+!
9 Nayo amasinzi, ayagendera imbere yiwe n’ayamukurikira, yaguma asemerera ati: “Turatakamvye, kiza+ Umwana wa Dawidi+! Arahezagiwe uwuje mw’izina rya Yehova+! Mukize, turatakamvye, wewe uri iyo hejuru mu majuru+!”
9 Kandi abagendera imbere n’abakurikira baguma basemerera bati: “Kiza, turatakamvye+! Arahezagiwe uwuje mw’izina rya Yehova+!