1 Timoteyo 3:1 Bibiliya y’isi nshasha 3 Iri jambo ni iryizigirwa+. Nimba umuntu arondera gushikira ibanga ry’umucungezi+, aba yipfuje igikorwa ciza. Tito 1:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Iki ni co catumye ngusiga i Kirete+: ni ukugira ngo ukosore ibintu vyari n’agahaze wongere ugene+ abagabo b’inararibonye mu gisagara no mu kindi, nk’uko nabigutegetse+; Abaheburayo 13:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Mugamburukire ababaja imbere+ kandi muyoboke+, kuko baguma barinze ubuzima bwanyu nk’abazobibazwa+; kugira ngo babikorane akanyamuneza, bataniha, kuko vyogirira nabi mwebwe+.
3 Iri jambo ni iryizigirwa+. Nimba umuntu arondera gushikira ibanga ry’umucungezi+, aba yipfuje igikorwa ciza.
5 Iki ni co catumye ngusiga i Kirete+: ni ukugira ngo ukosore ibintu vyari n’agahaze wongere ugene+ abagabo b’inararibonye mu gisagara no mu kindi, nk’uko nabigutegetse+;
17 Mugamburukire ababaja imbere+ kandi muyoboke+, kuko baguma barinze ubuzima bwanyu nk’abazobibazwa+; kugira ngo babikorane akanyamuneza, bataniha, kuko vyogirira nabi mwebwe+.