Ivyakozwe 24:1 Bibiliya y’isi nshasha 24 Haciye imisi itanu, umuherezi mukuru Ananiya+ amanukana n’abagabo b’inararibonye bakeyi hamwe n’umuntu azi kuvugira imbere y’abantu, uwitwa Teritulo, hanyuma barega+ Paulo kuri buramatari+. Ivyakozwe 25:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 kandi igihe nari i Yeruzalemu abakuru b’abaherezi n’abagabo b’inararibonye bo mu Bayuda baramureze+, basaba yuko yokubitwa intahe mu gahanga.
24 Haciye imisi itanu, umuherezi mukuru Ananiya+ amanukana n’abagabo b’inararibonye bakeyi hamwe n’umuntu azi kuvugira imbere y’abantu, uwitwa Teritulo, hanyuma barega+ Paulo kuri buramatari+.
15 kandi igihe nari i Yeruzalemu abakuru b’abaherezi n’abagabo b’inararibonye bo mu Bayuda baramureze+, basaba yuko yokubitwa intahe mu gahanga.