Kuvayo 6:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 “Bwira rero bene Isirayeli uti: ‘Ndi Yehova, kandi ata kabuza nzobakura munsi y’imizigo y’Abanyamisiri, ndabarokore mu bushumba bwabo+, kandi nzobahabuza koko n’ukuboko kuramvuye be n’imanza zikomeye+. Kuvayo 14:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nuko Yehova areka umutima wa Farawo umwami wa Misiri ucika intabarirwa+, hanyuma yoma inyuma bene Isirayeli mu gihe bariko bagenda ukuboko gutaritse*+. Gusubira mu vyagezwe 7:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kuko uri igisata ceranda kuri Yehova Imana yawe+. Ni wewe Yehova Imana yawe yatoye ngo ube igisata ciwe, inyegu idasanzwe, mu bisata vyose vy’abantu biri ku buringanire bw’ubutaka+.
6 “Bwira rero bene Isirayeli uti: ‘Ndi Yehova, kandi ata kabuza nzobakura munsi y’imizigo y’Abanyamisiri, ndabarokore mu bushumba bwabo+, kandi nzobahabuza koko n’ukuboko kuramvuye be n’imanza zikomeye+.
8 Nuko Yehova areka umutima wa Farawo umwami wa Misiri ucika intabarirwa+, hanyuma yoma inyuma bene Isirayeli mu gihe bariko bagenda ukuboko gutaritse*+.
6 Kuko uri igisata ceranda kuri Yehova Imana yawe+. Ni wewe Yehova Imana yawe yatoye ngo ube igisata ciwe, inyegu idasanzwe, mu bisata vyose vy’abantu biri ku buringanire bw’ubutaka+.