Zaburi 96:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Imbere ya Yehova. Kuko aje+;Kuko aje gucira imanza isi+.Azocira imanza ubutaka bwimbuka akoresheje ubugororotsi+,N’ibisata vy’abantu akoresheje ubwizigirwa bwiwe+. Zaburi 98:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Imbere ya Yehova, kuko aje gucira imanza isi+.Azocira imanza ubutaka bwimbuka akoresheje ubugororotsi+,N’ibisata vy’abantu, akoresheje ukugororoka+. Yesaya 2:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kandi azoca imanza koko hagati mu mahanga+, agorore ibintu+ ku bijanye n’ibisata vy’abantu vyinshi+. Kandi inkota zabo bazobwirizwa kuzicuramwo ibirimisho, n’amacumu yabo bayacuremwo imihoro yo gututūra+. Nta hanga rizobangurira inkota irindi hanga, eka ntibazokwongera kwiga kurwana+. Yohani 5:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Kuko Se ata n’umwe acira urubanza, mugabo uguca imanza kwose yagushikirije Umwana+, Ivyakozwe 10:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 Vyongeye, yadutegetse kwamamaza+ inkuru nziza ku bantu no gushinga intahe inogangije yuko uyo ari Umwe yashirwaho n’Imana ngo abe umucamanza w’abazima n’abapfuye+.
13 Imbere ya Yehova. Kuko aje+;Kuko aje gucira imanza isi+.Azocira imanza ubutaka bwimbuka akoresheje ubugororotsi+,N’ibisata vy’abantu akoresheje ubwizigirwa bwiwe+.
9 Imbere ya Yehova, kuko aje gucira imanza isi+.Azocira imanza ubutaka bwimbuka akoresheje ubugororotsi+,N’ibisata vy’abantu, akoresheje ukugororoka+.
4 Kandi azoca imanza koko hagati mu mahanga+, agorore ibintu+ ku bijanye n’ibisata vy’abantu vyinshi+. Kandi inkota zabo bazobwirizwa kuzicuramwo ibirimisho, n’amacumu yabo bayacuremwo imihoro yo gututūra+. Nta hanga rizobangurira inkota irindi hanga, eka ntibazokwongera kwiga kurwana+.
42 Vyongeye, yadutegetse kwamamaza+ inkuru nziza ku bantu no gushinga intahe inogangije yuko uyo ari Umwe yashirwaho n’Imana ngo abe umucamanza w’abazima n’abapfuye+.