Itanguriro 12:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Aburamu aca aragenda nk’uko Yehova yari yamubwiye, na Loti ajana na we. Aburamu yari afise imyaka mirongo irindwi n’itanu igihe yava i Harani+. Gusubira mu vyagezwe 6:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Kandi nitwitwararika gushitsa iri bwirizwa ryose imbere ya Yehova Imana yacu nk’uko yadutegetse+, bizosobanura ubugororotsi kuri twebwe+.’
4 Aburamu aca aragenda nk’uko Yehova yari yamubwiye, na Loti ajana na we. Aburamu yari afise imyaka mirongo irindwi n’itanu igihe yava i Harani+.
25 Kandi nitwitwararika gushitsa iri bwirizwa ryose imbere ya Yehova Imana yacu nk’uko yadutegetse+, bizosobanura ubugororotsi kuri twebwe+.’