Yesaya 53:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kubera ivyago vyiwe, azobona+, azohaga+. Biciye ku bumenyi bwiwe, umugororotsi, umusavyi wanje+, azozanira abantu benshi impagararo igororotse+; kandi amakosa yabo we ubwiwe azoyikorera+. 2 Abakorinto 5:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Umwe atari azi igicumuro+ yamugize igicumuro+ ku bwacu, kugira ngo ducike ubugororotsi bw’Imana+ biciye kuri we.
11 Kubera ivyago vyiwe, azobona+, azohaga+. Biciye ku bumenyi bwiwe, umugororotsi, umusavyi wanje+, azozanira abantu benshi impagararo igororotse+; kandi amakosa yabo we ubwiwe azoyikorera+.
21 Umwe atari azi igicumuro+ yamugize igicumuro+ ku bwacu, kugira ngo ducike ubugororotsi bw’Imana+ biciye kuri we.