Yohani 10:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ni jewe muryango+; uwo wese yinjira aciye muri jewe azokizwa, kandi azokwinjira yongere asohoke, aronke uburagiriro+. 2 Abakorinto 5:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Mugabo ibintu vyose biva ku Mana, yo yadusubije hamwe+ na yo biciye kuri Kristu ikongera ikaduha ubusuku+ bw’ugusubiza hamwe, Abanyefeso 2:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 mwibuke yuko ico gihe nyene mutari mufise Kristu+, mukaba mwari mwarigijwe kure+ y’ihanga rya Isirayeli mukaba na ba kavantara ku masezerano y’umuhango+, nta n’icizigiro mwari mufise+, kandi nta Mana mwagira mw’isi+. Abanyefeso 3:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 biciye kuri we tukaba dufise uyu mwidegemvyo wo kuvuga kandi tugashobora kwegera Imana+ ata mazinda, tubihawe n’ukwizera dufise muri we. Abaheburayo 10:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Rero ga bene wacu, ko dufise ubutinyutsi bwo guca mu nzira yinjira+ ahantu heranda+ biciye ku maraso ya Yezu,
9 Ni jewe muryango+; uwo wese yinjira aciye muri jewe azokizwa, kandi azokwinjira yongere asohoke, aronke uburagiriro+.
18 Mugabo ibintu vyose biva ku Mana, yo yadusubije hamwe+ na yo biciye kuri Kristu ikongera ikaduha ubusuku+ bw’ugusubiza hamwe,
12 mwibuke yuko ico gihe nyene mutari mufise Kristu+, mukaba mwari mwarigijwe kure+ y’ihanga rya Isirayeli mukaba na ba kavantara ku masezerano y’umuhango+, nta n’icizigiro mwari mufise+, kandi nta Mana mwagira mw’isi+.
12 biciye kuri we tukaba dufise uyu mwidegemvyo wo kuvuga kandi tugashobora kwegera Imana+ ata mazinda, tubihawe n’ukwizera dufise muri we.
19 Rero ga bene wacu, ko dufise ubutinyutsi bwo guca mu nzira yinjira+ ahantu heranda+ biciye ku maraso ya Yezu,