13 Ya Mana itanga icizigiro ibuzuze akanyamuneza kose n’amahoro biciye ku kwemera kwanyu, kugira ngo mugwire mu cizigiro hamwe n’ububasha bw’impwemu nyeranda+.
6 mugabo Kristu bwa Mwana+, yabaye umwizigirwa ku nzu y’Uwo. Twebwe turi inzu y’Uwo+, nimba tugumya rwose umwidegemvyo wacu wo kuvuga be n’ukwirata kwacu ku bw’icizigiro cacu gushika kw’iherezo+.