1 Abatesalonika 1:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 kuko tuguma twibuka igikorwa canyu kiva ku kwizera+, ukubira akuya kwanyu kuvuye ku rukundo, be n’ukwihangana kwanyu, kubera icizigiro+ mufise mu Mukama wacu Yezu Kristu imbere y’Imana yacu ikaba na Data.
3 kuko tuguma twibuka igikorwa canyu kiva ku kwizera+, ukubira akuya kwanyu kuvuye ku rukundo, be n’ukwihangana kwanyu, kubera icizigiro+ mufise mu Mukama wacu Yezu Kristu imbere y’Imana yacu ikaba na Data.