Ivyakozwe 14:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 bakomeza imitima y’abigishwa+, babaremesha kuguma mu kwizera bavuga kandi bati: “Dutegerezwa kwinjira mu bwami bw’Imana duciye mu makuba menshi+.”
22 bakomeza imitima y’abigishwa+, babaremesha kuguma mu kwizera bavuga kandi bati: “Dutegerezwa kwinjira mu bwami bw’Imana duciye mu makuba menshi+.”