1 Petero 2:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Kuko nimba umuntu arindirako mu bintu bituntuza kandi akababazwa ku karenganyo arondera kugira ijwi ryo mu mutima ryiza imbere y’Imana, ico ni ikintu gishimwa n’Imana+. 1 Petero 3:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Mugire ijwi ryo mu mutima ryiza+, kugira ngo mu kintu nyene muvugwamwo nabi, abatyoza ingeso nziza zanyu mu bijanye na Kristu+ bamaramare+.
19 Kuko nimba umuntu arindirako mu bintu bituntuza kandi akababazwa ku karenganyo arondera kugira ijwi ryo mu mutima ryiza imbere y’Imana, ico ni ikintu gishimwa n’Imana+.
16 Mugire ijwi ryo mu mutima ryiza+, kugira ngo mu kintu nyene muvugwamwo nabi, abatyoza ingeso nziza zanyu mu bijanye na Kristu+ bamaramare+.