2 Abakorinto 6:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 mu kuvuga ukuri, mu bubasha bw’Imana+; biciye ku birwanisho+ vy’ubugororotsi mu kuryo no mu kubamfu, Abanyefeso 6:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Mwambare umwambaro ukwiye w’ibirwanisho+ biva ku Mana kugira ngo mushobore guhagarara mushikamye imbere y’amayeri+ ya Shetani*; 1 Abatesalonika 5:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nayo twebwe ab’umurango, tuzigame ubwenge bwacu kandi twambare ukwizera+ n’urukundo nk’igikingira igikiriza+, twambare n’icizigiro+ c’ubukiriro nk’inkofero+;
7 mu kuvuga ukuri, mu bubasha bw’Imana+; biciye ku birwanisho+ vy’ubugororotsi mu kuryo no mu kubamfu,
11 Mwambare umwambaro ukwiye w’ibirwanisho+ biva ku Mana kugira ngo mushobore guhagarara mushikamye imbere y’amayeri+ ya Shetani*;
8 Nayo twebwe ab’umurango, tuzigame ubwenge bwacu kandi twambare ukwizera+ n’urukundo nk’igikingira igikiriza+, twambare n’icizigiro+ c’ubukiriro nk’inkofero+;