1 Abakorinto 11:1 Bibiliya y’isi nshasha 11 Munyigane, nk’uko nanje nigana Kristu+. Abagalatiya 3:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Kuko mwese ababatijwe muri Kristu+ mwambaye Kristu+. Abanyefeso 4:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 mukambara+ wa muntu mushasha+ yaremwe+ hisunzwe ukugomba kw’Imana mu bugororotsi+ bw’ukuri no mu kudahemuka kw’ukuri.
24 mukambara+ wa muntu mushasha+ yaremwe+ hisunzwe ukugomba kw’Imana mu bugororotsi+ bw’ukuri no mu kudahemuka kw’ukuri.