1 Timoteyo 6:1 Bibiliya y’isi nshasha 6 Abari munsi y’ingǒgo y’ubushumba bose nibagume babona ko ba shebuja babereye iteka ryuzuye+, kugira ngo izina ry’Imana be n’inyigisho yayo ntivyigere bivugwa nabi+. 1 Petero 2:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Abakozi bo mu nzu nibayobokere+ ba shebuja mu gutinya kwose kubereye+, atari gusa ku bameze neza kandi bagira ibitegereka, ahubwo no ku bagoye gushimisha.
6 Abari munsi y’ingǒgo y’ubushumba bose nibagume babona ko ba shebuja babereye iteka ryuzuye+, kugira ngo izina ry’Imana be n’inyigisho yayo ntivyigere bivugwa nabi+.
18 Abakozi bo mu nzu nibayobokere+ ba shebuja mu gutinya kwose kubereye+, atari gusa ku bameze neza kandi bagira ibitegereka, ahubwo no ku bagoye gushimisha.