Yesaya 49:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Araheza agira akanwa kanje nk’inkota ikarishe+. Yanyegeje+ mu gitutu+ c’ukuboko kwiwe. Amaherezo yangize umwampi usenye. Yampishije mu mutana wiwe.
2 Araheza agira akanwa kanje nk’inkota ikarishe+. Yanyegeje+ mu gitutu+ c’ukuboko kwiwe. Amaherezo yangize umwampi usenye. Yampishije mu mutana wiwe.