Abaroma 16:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Kuko ubugamburutsi bwanyu bwamenyekanye kuri bose+. Ndanezerwa rero kubera mwebwe. Mugabo nshaka yuko muba inkerebutsi+ ku bijanye n’iciza, mugabo mukaba intungane+ ku bijanye n’ikibi+.
19 Kuko ubugamburutsi bwanyu bwamenyekanye kuri bose+. Ndanezerwa rero kubera mwebwe. Mugabo nshaka yuko muba inkerebutsi+ ku bijanye n’iciza, mugabo mukaba intungane+ ku bijanye n’ikibi+.