Yesaya 32:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kandi umwe wese azotegerezwa kuba nk’ubwikingo bw’umuyaga be n’ubwihisho bw’ikirura c’imvura+, nk’imigezi y’amazi mu gihugu kigadutse+, nk’igitutu c’urutare ruremereye mu ntara irushe+. Abafilipi 2:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Muramuhe ikaze rero nk’uko bisanzwe bigirwa+ mu Mukama n’akanyamuneza kose; kandi abantu nk’abo mugume mubafatana iteka+, 1 Timoteyo 5:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Abagabo b’inararibonye bahagarikira+ neza nibabonwe ko babereye iteka ririmwo abiri+, canecane abakora cane mu kuvuga no mu kwigisha+. Abaheburayo 13:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mwibuke ababaja imbere+, abababwiye ijambo ry’Imana, kandi uko mwitegereza ico ingeso zabo zivamwo, mwigane+ ukwizera kwabo+.
2 Kandi umwe wese azotegerezwa kuba nk’ubwikingo bw’umuyaga be n’ubwihisho bw’ikirura c’imvura+, nk’imigezi y’amazi mu gihugu kigadutse+, nk’igitutu c’urutare ruremereye mu ntara irushe+.
29 Muramuhe ikaze rero nk’uko bisanzwe bigirwa+ mu Mukama n’akanyamuneza kose; kandi abantu nk’abo mugume mubafatana iteka+,
17 Abagabo b’inararibonye bahagarikira+ neza nibabonwe ko babereye iteka ririmwo abiri+, canecane abakora cane mu kuvuga no mu kwigisha+.
7 Mwibuke ababaja imbere+, abababwiye ijambo ry’Imana, kandi uko mwitegereza ico ingeso zabo zivamwo, mwigane+ ukwizera kwabo+.