Mariko 9:50 Bibiliya y’isi nshasha 50 Umunyu ni mwiza; mugabo umunyu uramutse utakaje ubukomezi bwawo, muzowurunga iki+? Mugire umunyu+ muri mwebwe kandi mugumane amahoro+ hagati yanyu.” 2 Abakorinto 13:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ubwa nyuma, bene wacu, mubandanye kunezerwa, kwemera kubogorwa, guhozwa+, kwiyumvira muhuza+, kubaho mu mahoro+; kandi ya Mana y’urukundo n’amahoro+ izobana namwe. Abaheburayo 12:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Mukurikirane ukugiranira amahoro n’abantu bose+, na kwa kwezwa+ ata wuzoshobora kubona Umukama atagufise+, 1 Petero 3:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 mugabo nahindukire areke ikibi+ akore iciza; narondere amahoro ayakurikirane+.
50 Umunyu ni mwiza; mugabo umunyu uramutse utakaje ubukomezi bwawo, muzowurunga iki+? Mugire umunyu+ muri mwebwe kandi mugumane amahoro+ hagati yanyu.”
11 Ubwa nyuma, bene wacu, mubandanye kunezerwa, kwemera kubogorwa, guhozwa+, kwiyumvira muhuza+, kubaho mu mahoro+; kandi ya Mana y’urukundo n’amahoro+ izobana namwe.
14 Mukurikirane ukugiranira amahoro n’abantu bose+, na kwa kwezwa+ ata wuzoshobora kubona Umukama atagufise+,