Abaroma 1:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 ndabandikiye mwebwe abakundwa b’Imana bose bari i Roma, bahamagariwe+ kuba aberanda+: Mugire ubuntu ata wari abukwiriye n’amahoro+ biva ku Mana Data wa twese no ku Mukama Yezu Kristu+.
7 ndabandikiye mwebwe abakundwa b’Imana bose bari i Roma, bahamagariwe+ kuba aberanda+: Mugire ubuntu ata wari abukwiriye n’amahoro+ biva ku Mana Data wa twese no ku Mukama Yezu Kristu+.