Matayo 25:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 “Umwana w’umuntu+ niyashika mu buninahazwa bwiwe, n’abamarayika bose bari kumwe na we+, ni ho azokwicara ku ntebe yiwe y’ubwami y’ubuninahazwa+. Mariko 8:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Kuko uwo wese aterwa isoni nanje be n’amajambo yanje muri iri yaruka ry’irisambanyi kandi ry’iricumuzi, n’Umwana w’umuntu azoterwa isoni+ na we niyashika mu buninahazwa bwa Se ari kumwe n’abamarayika beranda+.” Yuda 14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Egome, Henoki+ umwe agira indwi guhera kuri Adamu, na we nyene yaravuze ubuhanuzi ku biberekeye, igihe yavuga ati: “Ehe! Yehova yazananye n’aberanda biwe ibihumbi mirongo+,
31 “Umwana w’umuntu+ niyashika mu buninahazwa bwiwe, n’abamarayika bose bari kumwe na we+, ni ho azokwicara ku ntebe yiwe y’ubwami y’ubuninahazwa+.
38 Kuko uwo wese aterwa isoni nanje be n’amajambo yanje muri iri yaruka ry’irisambanyi kandi ry’iricumuzi, n’Umwana w’umuntu azoterwa isoni+ na we niyashika mu buninahazwa bwa Se ari kumwe n’abamarayika beranda+.”
14 Egome, Henoki+ umwe agira indwi guhera kuri Adamu, na we nyene yaravuze ubuhanuzi ku biberekeye, igihe yavuga ati: “Ehe! Yehova yazananye n’aberanda biwe ibihumbi mirongo+,